Ezekiyeli 29:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Kuri uwo musi, nzotuma ihembe rinaga ku bw’Abisirayeli*+, nawe ndaguhe akaryo ko kuvugira hagati muri bo. Kandi bazomenya vy’ukuri yuko ndi Yehova.»
21 Kuri uwo musi, nzotuma ihembe rinaga ku bw’Abisirayeli*+, nawe ndaguhe akaryo ko kuvugira hagati muri bo. Kandi bazomenya vy’ukuri yuko ndi Yehova.»