Ezekiyeli 30:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 I Tahapanesi umurango uzohinduka umwiza ninavunirayo ibiti vyo kwikoreza imizigo* vya Misiri+. Ububasha butuma yihambaza buzohera+ atwikirwe n’ibicu, abo mu bisagara vyaho bajanwe kugirwa imbohe+.
18 I Tahapanesi umurango uzohinduka umwiza ninavunirayo ibiti vyo kwikoreza imizigo* vya Misiri+. Ububasha butuma yihambaza buzohera+ atwikirwe n’ibicu, abo mu bisagara vyaho bajanwe kugirwa imbohe+.