Ezekiyeli 34:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Nzozironsa umurima wa rurangiranwa. Ntizizokwongera kwicwa n’inzara mu gihugu+ kandi ntizizokwongera guteterezwa n’amahanga+.
29 Nzozironsa umurima wa rurangiranwa. Ntizizokwongera kwicwa n’inzara mu gihugu+ kandi ntizizokwongera guteterezwa n’amahanga+.