5 ivyo vyose Umukama Segaba Yehova abibwiye ati: “Nzocira urubanza abarokotse bo mu mahanga be na Edomu yose uko ingana, ndabigiranye umwete wanje ururumba+. Barigaruriye igihugu canje banezerewe cane kandi bafise akagaye kenshi+, kugira bihagire uburagiro bwaho no kugira bahasahure+.”’”