Ezekiyeli 36:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Nayo mwebwe ga misozi ya Isirayeli, muzonaga amashami, mwame ivyamwa vy’abantu banje b’Abisirayeli+ kuko bazogaruka vuba.
8 Nayo mwebwe ga misozi ya Isirayeli, muzonaga amashami, mwame ivyamwa vy’abantu banje b’Abisirayeli+ kuko bazogaruka vuba.