Ezekiyeli 36:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ariko igihe bashika muri ayo mahanga, abantu barahumanije izina ryanje ryeranda+ mu kuvuga ku bijanye na bo ngo: “Aba ni ba bantu ba Yehova, mugabo babwirijwe kuva mu gihugu ciwe.”
20 Ariko igihe bashika muri ayo mahanga, abantu barahumanije izina ryanje ryeranda+ mu kuvuga ku bijanye na bo ngo: “Aba ni ba bantu ba Yehova, mugabo babwirijwe kuva mu gihugu ciwe.”