Ezekiyeli 36:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Muzoheza mwibuke ingeso zanyu mbi n’ibikorwa vyanyu bibi. Muzokwumva mwiyanse cane kubera amakosa yanyu no kubera ibintu bishisha mukora+.
31 Muzoheza mwibuke ingeso zanyu mbi n’ibikorwa vyanyu bibi. Muzokwumva mwiyanse cane kubera amakosa yanyu no kubera ibintu bishisha mukora+.