Ezekiyeli 36:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Umukama Segaba Yehova avuze ati: “Umusi nabogeje nkabakurako amakosa yanyu yose, nzotuma ibisagara bisubira kubamwo abantu+, ahatikijwe hasubire kwubakwa+.
33 Umukama Segaba Yehova avuze ati: “Umusi nabogeje nkabakurako amakosa yanyu yose, nzotuma ibisagara bisubira kubamwo abantu+, ahatikijwe hasubire kwubakwa+.