Ezekiyeli 36:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Abantu bazovuga bati: ‘Igihugu cahora ari umusaka gisigaye kimeze nka rya tongo rya Edeni+. Ibisagara vyari vyatikijwe bigasamburwa, bigasigara ari umusaka, bisigaye bikingijwe ibihome, kandi bibamwo abantu+.’
35 Abantu bazovuga bati: ‘Igihugu cahora ari umusaka gisigaye kimeze nka rya tongo rya Edeni+. Ibisagara vyari vyatikijwe bigasamburwa, bigasigara ari umusaka, bisigaye bikingijwe ibihome, kandi bibamwo abantu+.’