Ezekiyeli 36:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Ibisagara vyari vyaratikijwe bizokwuzura abantu benshi nk’amasho+, nka kurya kw’isinzi ry’aberanda, nka kurya kw’amasho i Yeruzalemu* mu biringo vy’imisi mikuru yaho+. Bazomenya vy’ukuri yuko ndi Yehova.”»
38 Ibisagara vyari vyaratikijwe bizokwuzura abantu benshi nk’amasho+, nka kurya kw’isinzi ry’aberanda, nka kurya kw’amasho i Yeruzalemu* mu biringo vy’imisi mikuru yaho+. Bazomenya vy’ukuri yuko ndi Yehova.”»