Ezekiyeli 37:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Ububasha* bwa Yehova bwanjeko, maze biciye ku mpwemu yiwe, Yehova arantwara antereka hagati mu kiyaya+. Cari cuzuye amagufa.
37 Ububasha* bwa Yehova bwanjeko, maze biciye ku mpwemu yiwe, Yehova arantwara antereka hagati mu kiyaya+. Cari cuzuye amagufa.