-
Ezekiyeli 37:6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Ndabashirako imitsi n’inyama, ndabapfukishe urukoba, ndabashiremwo impemu maze mube bazima. Kandi muraza kumenya vy’ukuri yuko ndi Yehova.’”»
-