Ezekiyeli 37:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Maze ambwira ati: «Bwira ubuhanuzi umuyaga. Vuga ubuhanuzi mwana w’umuntu, ubwire umuyaga uti: “Umukama Segaba Yehova avuze ati: ‘Ingo wa muyaga*, uze uvuye kuri ya miyaga ine, uhuhutire kuri aba bantu bishwe kugira ngo babe bazima.’”»
9 Maze ambwira ati: «Bwira ubuhanuzi umuyaga. Vuga ubuhanuzi mwana w’umuntu, ubwire umuyaga uti: “Umukama Segaba Yehova avuze ati: ‘Ingo wa muyaga*, uze uvuye kuri ya miyaga ine, uhuhutire kuri aba bantu bishwe kugira ngo babe bazima.’”»