Ezekiyeli 37:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ndaheza mvuga ubuhanuzi nk’uko yari antegetse, maze impemu* ziyazamwo, atangura kuba mazima, arahagarara+. Zari ingabo nyinshi cane. Ezekiyeli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 37:10 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),3/2016, rup. 29-31
10 Ndaheza mvuga ubuhanuzi nk’uko yari antegetse, maze impemu* ziyazamwo, atangura kuba mazima, arahagarara+. Zari ingabo nyinshi cane.