Ezekiyeli 37:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Nzobagira ihanga rimwe mu gihugu+, ku misozi ya Isirayeli, kandi umwami umwe ni we azobaganza bose+. Ntibazosubira kuba amahanga abiri canke ngo basubire kugaburwamwo ubwami bubiri+.
22 Nzobagira ihanga rimwe mu gihugu+, ku misozi ya Isirayeli, kandi umwami umwe ni we azobaganza bose+. Ntibazosubira kuba amahanga abiri canke ngo basubire kugaburwamwo ubwami bubiri+.