Ezekiyeli 37:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Ntibazosubira kwihumanisha ibigirwamana vyabo bisesemye* n’ibintu bishisha bakora be n’ibicumuro vyabo vyose+. Nzobakiza ubuhemu bwabo bwose bwatumye bacumura, ndabahumanure. Bazoba abantu banje, nanje mbe Imana yabo+.
23 Ntibazosubira kwihumanisha ibigirwamana vyabo bisesemye* n’ibintu bishisha bakora be n’ibicumuro vyabo vyose+. Nzobakiza ubuhemu bwabo bwose bwatumye bacumura, ndabahumanure. Bazoba abantu banje, nanje mbe Imana yabo+.