Ezekiyeli 39:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 “Nzorungika umuriro kuri Magogi no ku bantu bibera mu mutekano mu mazinga+, kandi bazomenya vy’ukuri yuko ndi Yehova.
6 “Nzorungika umuriro kuri Magogi no ku bantu bibera mu mutekano mu mazinga+, kandi bazomenya vy’ukuri yuko ndi Yehova.