-
Ezekiyeli 39:10Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 Ntibizokenerwa ko baja gutoragura inkwi mu gahinga canke ngo baje gusenya mw’ishamba, kuko ivyo birwanisho ari vyo bazocana.”
“Bazosahura abahora babasahura, banyage abahora babanyaga”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.
-