-
Ezekiyeli 39:14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
14 “Hari abantu bazoshingwa igikorwa co kwama baca mu gihugu, bahamba ibiziga bitarahambwa kugira bagihumanure. Bazobandanya kubirondera gushika amezi indwi arangiye.
-