Ezekiyeli 39:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Abaca mu gihugu baramutse babonye igufa ry’umuntu, bazoca bashira ikimenyetso iruhande yaryo. Abajejwe guhamba bazoheza barihambe mu mubande wa Hamoni-Gogi+.
15 Abaca mu gihugu baramutse babonye igufa ry’umuntu, bazoca bashira ikimenyetso iruhande yaryo. Abajejwe guhamba bazoheza barihambe mu mubande wa Hamoni-Gogi+.