Ezekiyeli 39:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 “Nzokwerekana ubuninahazwa bwanje mu mahanga, kandi amahanga yose azobona urubanza nzoba nashikije, n’ububasha* nzoba nerekanye muri yo+.
21 “Nzokwerekana ubuninahazwa bwanje mu mahanga, kandi amahanga yose azobona urubanza nzoba nashikije, n’ububasha* nzoba nerekanye muri yo+.