Ezekiyeli 39:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Kandi amahanga azomenya vy’ukuri yuko Abisirayeli bagiye mu bunyagano kubera ikosa ryabo, kubera bampemukiye+. Naciye rero ndabahisha mu maso hanje+, ndabareka bagwa mu maboko y’abansi babo+, bicishwa inkota bose.
23 Kandi amahanga azomenya vy’ukuri yuko Abisirayeli bagiye mu bunyagano kubera ikosa ryabo, kubera bampemukiye+. Naciye rero ndabahisha mu maso hanje+, ndabareka bagwa mu maboko y’abansi babo+, bicishwa inkota bose.