Ezekiyeli 40:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Mu mwaka ugira 25 kuva tujanywe mu bunyagano+, mu ntango z’umwaka, ku musi ugira cumi w’ukwezi, hakaba hari mu mwaka ugira 14 igisagara gifashwe+, kuri uwo musi nyene ububasha* bwa Yehova bwaranjeko bunjana muri ico gisagara+.
40 Mu mwaka ugira 25 kuva tujanywe mu bunyagano+, mu ntango z’umwaka, ku musi ugira cumi w’ukwezi, hakaba hari mu mwaka ugira 14 igisagara gifashwe+, kuri uwo musi nyene ububasha* bwa Yehova bwaranjeko bunjana muri ico gisagara+.