-
Ezekiyeli 40:9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Araheza apima ibaraza rya nya rembo, ringana n’intambwe umunani. Apima inkingi zaryo zo mu mbavu, zingana n’intambwe zibiri. Ibaraza rya nya rembo ryari ku ruhande ruraba indani.
-