Ezekiyeli 40:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Maze apima irembo kuva ku gisenge c’icumba kimwe c’abarinzi* gushika ku gisenge c’ikindi cumba. Ryari rifise ubwaguke bw’intambwe 25. Ubwinjiriro bw’icumba kimwe bwarabana n’ubw’ikindi+.
13 Maze apima irembo kuva ku gisenge c’icumba kimwe c’abarinzi* gushika ku gisenge c’ikindi cumba. Ryari rifise ubwaguke bw’intambwe 25. Ubwinjiriro bw’icumba kimwe bwarabana n’ubw’ikindi+.