Ezekiyeli 40:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Hanyuma anzana amaja mu bumanuko, maze mbona irembo mu bumanuko+. Apima inkingi zaryo zo mu mbavu n’ibaraza ryaryo. Vyangana n’ivy’ayandi marembo.
24 Hanyuma anzana amaja mu bumanuko, maze mbona irembo mu bumanuko+. Apima inkingi zaryo zo mu mbavu n’ibaraza ryaryo. Vyangana n’ivy’ayandi marembo.