Ezekiyeli 40:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Hafi y’inkingi zo mu mbavu z’amarembo hari ikibanza c’uburiro gifise ubwinjiriro. Aho ni ho barongera amashikanwa aturirwa uko yakabaye+.
38 Hafi y’inkingi zo mu mbavu z’amarembo hari ikibanza c’uburiro gifise ubwinjiriro. Aho ni ho barongera amashikanwa aturirwa uko yakabaye+.