Ezekiyeli 40:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Irya n’ino y’ibaraza ry’irembo hari imeza zibiri bakerererako amashikanwa aturirwa uko yakabaye+, ay’igicumuro+ n’ayo kwagirwa n’icaha+.
39 Irya n’ino y’ibaraza ry’irembo hari imeza zibiri bakerererako amashikanwa aturirwa uko yakabaye+, ay’igicumuro+ n’ayo kwagirwa n’icaha+.