Ezekiyeli 41:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Igice gisa n’umuntu caraba ikigazi ku ruhande rumwe, igice gisa n’intambwe* na co kikaraba ikigazi ku rundi ruhande+. Ukwo ni ko ayo mashusho yari ashushanijwe hose mu rusengero.
19 Igice gisa n’umuntu caraba ikigazi ku ruhande rumwe, igice gisa n’intambwe* na co kikaraba ikigazi ku rundi ruhande+. Ukwo ni ko ayo mashusho yari ashushanijwe hose mu rusengero.