Ezekiyeli 41:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Ku miryango y’urusengero hari hashushanijwe abakerubi n’ibigazi nka kumwe kwo ku mpome+. Hanze kw’ibaraza hari akantu karengako hejuru kameze nk’igisenge, gakozwe mu mbaho.
25 Ku miryango y’urusengero hari hashushanijwe abakerubi n’ibigazi nka kumwe kwo ku mpome+. Hanze kw’ibaraza hari akantu karengako hejuru kameze nk’igisenge, gakozwe mu mbaho.