Ezekiyeli 43:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ndahabona ubuninahazwa bw’Imana ya Isirayeli buzanana mu buseruko+. Ijwi ryiwe ryari rimeze nk’ijwi ry’amazi asuma cane+, kandi isi yamurikirwa n’ubuninahazwa bwiwe+.
2 Ndahabona ubuninahazwa bw’Imana ya Isirayeli buzanana mu buseruko+. Ijwi ryiwe ryari rimeze nk’ijwi ry’amazi asuma cane+, kandi isi yamurikirwa n’ubuninahazwa bwiwe+.