8 Bashize ubwinjiriro bwabo iruhande y’ubwinjiriro bwanje, bashira n’igishimaryango cabo iruhande y’icanje, hagati yanje na bo hakaba uruhome gusa+. Ivyo vyatumye bahumanya izina ryanje ryeranda kubera ibintu bishisha bakora. Naciye rero ndabatikiza nshavuye+.