-
Ezekiyeli 43:11Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 Nibamaramara kubera ivyo bakoze vyose, uraca ubamenyesha imigero* y’urusengero, ukuntu rutunganije, imiryango yarwo isohoka be n’iyinjira+. Ubereke imigero yarwo yose n’ivyagezwe vyose birugenga, imigero yarwo yose n’amategeko yarwo yose. Uvyandikire imbere yabo kugira ngo bubahirize imigero yarwo yose, bakurikize n’ivyagezwe birugenga+.
-