14 Kuva ku mushinge uri hasi gushika ku gice gitoyi kigikikuje hari intambwe zibiri, ubwaguke na bwo bukaba intambwe imwe. Kuva kuri ico gice gitoyi kigikikuje gushika ku gice kinini kigikikuje hari intambwe zine, ubwaguke na bwo bukaba intambwe imwe.