Ezekiyeli 43:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Araheza ambwira ati: «Mwana w’umuntu, Umukama Segaba Yehova avuze ati: “Uku ni ko bizogenda igicaniro nicubakwa, kugira ngo gitangirweko amashikanwa aturirwa uko yakabaye, kimijagirweko n’amaraso+.” Ezekiyeli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 43:18 Umunara w’Inderetsi,1/3/1999, rup. 28-29
18 Araheza ambwira ati: «Mwana w’umuntu, Umukama Segaba Yehova avuze ati: “Uku ni ko bizogenda igicaniro nicubakwa, kugira ngo gitangirweko amashikanwa aturirwa uko yakabaye, kimijagirweko n’amaraso+.”