Ezekiyeli 44:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Hanyuma Yehova ambwira ati: «Iri rembo rizoguma ryugaye. Ntirizokwugururwa, kandi nta muntu azoricamwo, kuko Yehova Imana ya Isirayeli yariciyemwo+. Ritegerezwa rero kuguma ryugaye.
2 Hanyuma Yehova ambwira ati: «Iri rembo rizoguma ryugaye. Ntirizokwugururwa, kandi nta muntu azoricamwo, kuko Yehova Imana ya Isirayeli yariciyemwo+. Ritegerezwa rero kuguma ryugaye.