5 Maze Yehova ambwira ati: «Mwana w’umuntu, tega yompi, witegereze, kandi wumvirize neza ivyo ngira nkubwire vyose ku bijanye n’ivyagezwe vy’urusengero rwa Yehova n’amategeko yarwo. Shira umutima ku bwinjiriro bw’urusengero no ku miryango yose isohoka y’ahantu heranda+.