Ezekiyeli 44:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Bazokorera ahantu hanje heranda, bahagarikire amarembo y’urusengero+, bakorere ku rusengero. Bazobāgira abantu ibitungwa vy’amashikanwa aturirwa uko yakabaye n’ibindi bimazi, kandi bazohagarara imbere y’abantu kugira babakorere.
11 Bazokorera ahantu hanje heranda, bahagarikire amarembo y’urusengero+, bakorere ku rusengero. Bazobāgira abantu ibitungwa vy’amashikanwa aturirwa uko yakabaye n’ibindi bimazi, kandi bazohagarara imbere y’abantu kugira babakorere.