Ezekiyeli 44:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Nibinjira mu marembo y’ikigo c’indani, baze bambare impuzu z’ilino*+. Ntibakwiye kwambara impuzu n’imwe ikozwe mu bwoya igihe bakorera mu marembo y’ikigo c’indani canke indani mu kigo.
17 Nibinjira mu marembo y’ikigo c’indani, baze bambare impuzu z’ilino*+. Ntibakwiye kwambara impuzu n’imwe ikozwe mu bwoya igihe bakorera mu marembo y’ikigo c’indani canke indani mu kigo.