Ezekiyeli 44:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Bakwiye kwambara ibitambara bazingira mu mutwe vyo mw’ilino n’amabutura yo mw’ilino+. Ntibaze bambare ikintu na kimwe cotuma babira icuya.
18 Bakwiye kwambara ibitambara bazingira mu mutwe vyo mw’ilino n’amabutura yo mw’ilino+. Ntibaze bambare ikintu na kimwe cotuma babira icuya.