Ezekiyeli 44:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Imbere y’uko basohoka ngo baje mu kigo c’inyuma aho abantu bari, baze babanze bambure impuzu bakoze bambaye+, bazishire mu bibanza vy’uburiro* vyeranda+. Bazoheza bambare izindi mpuzu kugira impuzu zabo ntizitume abantu baba beranda*.
19 Imbere y’uko basohoka ngo baje mu kigo c’inyuma aho abantu bari, baze babanze bambure impuzu bakoze bambaye+, bazishire mu bibanza vy’uburiro* vyeranda+. Bazoheza bambare izindi mpuzu kugira impuzu zabo ntizitume abantu baba beranda*.