Ezekiyeli 44:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Ntibaze begere umuntu n’umwe yapfuye kuko boca bahumana. Mugabo barashobora kwihumanya kubera ba se, ba nyina, abahungu babo, abakobwa babo, benewabo canke bashiki babo batubatse+.
25 Ntibaze begere umuntu n’umwe yapfuye kuko boca bahumana. Mugabo barashobora kwihumanya kubera ba se, ba nyina, abahungu babo, abakobwa babo, benewabo canke bashiki babo batubatse+.