Ezekiyeli 44:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Umusi azokwinjira ahantu heranda, mu kigo c’indani, kugira ngo akorere ahantu heranda, aze atange ishikanwa ryiwe ry’igicumuro+”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.
27 Umusi azokwinjira ahantu heranda, mu kigo c’indani, kugira ngo akorere ahantu heranda, aze atange ishikanwa ryiwe ry’igicumuro+”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.