Ezekiyeli 45:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Umukama Segaba Yehova avuze ati: “Yemwe bakuru ba Isirayeli, mwarengeje urugero!” “Nimuhebe ubukozi bw’ikibi no gucinyiza abantu, mukore ibigororotse n’ibibereye+. Nimureke kunyaga abantu banje utwabo+”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.
9 Umukama Segaba Yehova avuze ati: “Yemwe bakuru ba Isirayeli, mwarengeje urugero!” “Nimuhebe ubukozi bw’ikibi no gucinyiza abantu, mukore ibigororotse n’ibibereye+. Nimureke kunyaga abantu banje utwabo+”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.