Ezekiyeli 45:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Shekeli*+ ikwiye kungana n’ingero 20 za gera*. Shekeli 20, kwongerako 25, kwongerako 15 ni vyo bizongana n’ingero imwe ya manehe* muzokoresha.”
12 Shekeli*+ ikwiye kungana n’ingero 20 za gera*. Shekeli 20, kwongerako 25, kwongerako 15 ni vyo bizongana n’ingero imwe ya manehe* muzokoresha.”