Ezekiyeli 45:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Amavuta atangwa akwiye gupimirwa ku ngero ya bati. Bati ni ic’icumi c’ingero ya koro*. Bati cumi ni homeri imwe, kuko bati cumi zingana na homeri imwe.
14 Amavuta atangwa akwiye gupimirwa ku ngero ya bati. Bati ni ic’icumi c’ingero ya koro*. Bati cumi ni homeri imwe, kuko bati cumi zingana na homeri imwe.