-
Ezekiyeli 45:17Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
17 Ariko umukuru ni we azoba ajejwe amashikanwa aturirwa uko yakabaye+, ishikanwa ry’intete+ n’iry’ikinyobwa mu kiringo c’imisi mikuru+, imboneko z’ukwezi, amasabato+ no mu bindi biringo vyose vy’imisi mikuru yashinzwe y’Abisirayeli+. Ni we azozana ishikanwa ry’igicumuro, ishikanwa ry’intete, ishikanwa riturirwa uko ryakabaye be n’ibimazi vyo gusangira, kugira ngo Abisirayeli bababarirwe ibicumuro*.”
-