25 Mu kwezi kugira indwi, ku musi ugira 15 w’ukwo kwezi, mu kiringo c’imisi indwi umusi mukuru uzomara+, aze azane ishikanwa ry’igicumuro nk’iryo nyene, ishikanwa riturirwa uko ryakabaye nk’iryo nyene n’ishikanwa ry’intete nk’iryo nyene be n’amavuta nk’ayo nyene.”»