-
Ezekiyeli 46:14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
14 Uze urizanane n’ica gatandatu c’ingero ya efa buri gitondo ngo ribe ishikanwa ry’intete, be n’ica gatatu c’ingero ya hini y’amavuta yo kumijagira kw’ifu inoze nk’ishikanwa ry’intete ryama rihabwa Yehova. Ico ni icagezwe camaho.
-