Ezekiyeli 46:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Ariko niyagabira umwe mu basuku biwe itongo rivuye ku ntoranwa yiwe, rizoba iry’uwo musuku gushika mu mwaka w’ukwidegemvya+. Rizoheza risubire kuba iry’uwo mukuru. Intoranwa y’abana biwe ni yo gusa izoguma ari rwabo.
17 Ariko niyagabira umwe mu basuku biwe itongo rivuye ku ntoranwa yiwe, rizoba iry’uwo musuku gushika mu mwaka w’ukwidegemvya+. Rizoheza risubire kuba iry’uwo mukuru. Intoranwa y’abana biwe ni yo gusa izoguma ari rwabo.